Natives and Music (@natives_music) profile picture
Joined June 2023
Photo by Natives and Music (@natives_music)Photo by Natives and Music (@natives_music)Photo by Natives and Music (@natives_music)
Benima uru Rwanda twaruhawemo impano, umuco n’ururimi rwacu bikwiye kuba izingiro ry’inganda ndangamuco . Nge ntangiye none, ndubakira ku bakangutse ejo hashize ngo turembuze n’abasigaye maze tugwire nk’ubwoya bw’inka, turaaande.
2
2
81
Natives and Music retweeted
Twongeye twahuye! 🙌🏿 Nimuze duhurire Zürich, Switzerland kuri 23/03/2024 mbakumbuze iwacu n'inganzo yanjye. Gusangiza abandi ubu butumwa ni inkunga ikomeye. Dutahe cyane! ❤️
4
22
1
85
3,405
Natives and Music retweeted
Do you want a live #inanga performance so that you can rest well in your evening time or do you want to learn how to play this mythical instrument? #Torobeka is here to amaze you. Just let me know if you want to reach him.
3
4
2
30
2,985
Abatashoboye kwumva igifaransa ijambo rya President Evariste Ndayishimiye reka nshire mu kinyarwanda akagace gato nifuza ko tuganirako. Yicaye imbere y’ibendera rya AU President Ndayishimiye Yagize ati “Aho bigeze, dusabwa gukomeza urugamba kugeza ubwo n’Abanyarwanda batangira kwitandukanya n’ubwo butegetsi kuko ntekereza ko n’urubyiruko rw’Abanyarwanda rudashobora kwemera kuba nk’imfungwa mu karere” Nanje nkagira nti: Nyakubahwa @GeneralNeva Mu mugambwe wanyu CNDD FDD nkuko muvuga ko mwashize Imana imbere, Bibiliya ivuga iti “Imbere yo gutosora akatsi kari mu jisho rya mugenzi wawe banza ukure urugiga ruri mu jisho ryawe” Ba sokuru nabo barayamaze bati “ Uwuja gutera ubuse arabwibanza” Nyakubahwa imbere yo kugira inama urwaruka rwo mu rwanda uko bashira pressure kuri Leta yabo, banza mwiyumvire ku bukene butagira izina buri mu Burundi nuko mwoburwanya, ni mwiyumvire ku bana b’uburundi bagurisha ivyo batunze vyose bakemera kuja kuba abaja iyo za bulayi, abandi kuba impunzi iyo za Serbie, tutibagiye inzira z’umuzitane bacamwo kugira bashike iyo baja. Ivyo vyose kubera kutabona ejo hazoza habo. Imbere yo kwiyumvira uko mwofasha abanyarwanda kurwanya leta yabo, ni mwiyumvire uko mutorera inyishu ikena ry’igitoro cabaye umuzi w’ibuye kinatuma nibindi vya nkenerwa mu buzima bwa minsi yose biduga ibiciro ku masoko kubera ibura ry’ico gitoro. Ibindi bihugu birwana nukurwiza ibigega vy’integabizoza mu gihe twebwe tukirwana nukubona ivyo dukoresha ku munsi. Imbere yo kwiyumvira uko mufasha urwaruka rwo mu rwanda gushira pressure kuri Leta yarwo, ni mwiyumvire nyabuna uko mworwanya ibiturire, no kunyonora amatungo ya Leta vyatse indaro mu Burundi bigasasirwa indava nabayobozi nka bose mu gihugu aho abantu batunga amazu arenga ijana nayandi avuye mu bunyonyezi bw’itunga rya Leta mu gihe abandi barundi benshi batubitse uwavubi ngo Leta iriko irabitunganya. Nyakubahwa nukuri imbere yo kwiyumvira uko mufasha abanyarwanda kwanka Leta yabo, ni mubanze mwiyumvire ku bana b’Uburundi bariko bararwa muri Congo bazira intambara barwana batazi nico bariko bararwanira. Nyakubahwa President wacu, nimba mwibaza ko kwugara imbibe bizotuma urwaruka rwo mu Rwanda rushira pressure kuri Leta yarwo nukuri aho mwarahihendeye kuko ahubwo bazokwanka uwabugariye imbibe, imbere gato yo kwugara mwarabona uko baza mu bwa Nyaburunga kubwinshi kuriya baza ninako bazana amafaranga yo kuharira, kuryama n’ibindi vyari inyungu ku Burundi. Uruja n’uruza hagati y’abenegihugu ni ngirakamaro ku bihugu vyose nkeka ari nayo mpamvu hashinzwe za CPGL na EAC. Nasoza ndabibutsa ko Leta yari irongowe na Uprona yagiye mu biganiro n’umugambwe wanyu wa CNDD FDD ukiri umuhari urwana, yahora ibita abicanyi, abamenja, aba terrorists, ariko ivyo biganiro mu nyuma vyadushikanye ku masezerano y’amahoro aduha amatora mwahavuye munatsinda mukaramutswa amabanga y’igihugu. Iteka ibiganiro hagati y’abashamiranye niwo muti wonyene uhari ata maraso abanje guseseka. Rero nk’Imwe mu ndongozi zari murivyo biganiro nk’umwe mu bantu bafise experience yivyiza vy’ibiganiro twari twiteze ko mwokomeza inzira nziza y’ibiganiro apana intambara. Kuko intambara ntikiza iratikiza. Gire Amahoro
124
98
19
514
112,853
Ikinyemera one genres among traditional music genres from western province of Rwanda🙌🏾 Gakondo yacu I’ve izingiro ry’inganda ndangamuco #traditionalmusic #gakondo #visitbigogwe
Ikinyemera cyo mu Bigogwe 🥺❤️🇷🇼
1
1
73
Natives and Music retweeted
ITURO collection launch has been a success and we take this moment to thank everyone who came through to support. Our very special thanks goes to @l__espace for a very great partnership we had in bringing this ecxperience to life. #ituroryumudiho #fw2024 📸: Jules Munyantore
2
6
17
795
Reka gakondo tuyigire izingiro ry’inganda ndangamuco
Waba warumvushije "Ibuhoro" ya @VRukotana? Reka duteze imbere injyana Gakondo, burya u Rwanda ni Gakondo. Umuco wacu. youtu.be/5xH2cnfDTyQ?si=2Zbi…
17
Incwi
Pamela is whatever she thinks she is 😭😭❤️. It's her confidence for me ❤️😂
1
15
Natives and Music retweeted
Rubimburibanze 🧡
6
10
1
118
5,664
Congratulations to @TrevorNoah on winning a prestigious Emmy Award for The Daily Show with Trevor Noah. Winning Outstanding Talk Series in a very competitive scene is no laughing matter. Trevor’s part of a stellar cast of South Africans globally whose diverse talents and skills are enjoyed and valued wherever they go.
344
394
54
3,828
241,725
This morning in Davos, President Kagame joined other world leaders for the Welcoming Remarks and Special Address session as #wef24 gets underway. Chaired by Klaus Schwab, World Economic Forum Founder and Executive Chairman, the session included remarks by Viola Amherd, President of the Swiss Confederation 2024 & Federal Councilor of Defence, Civil Protection & Sports, and special addresses by Li Qiang, Prime Minister of the People’s Republic of China and Ursula von der Leyen, President of the European Commission.
36
407
9
1,259
59,362
Natives and Music retweeted
Muraho neza Nk’umuhanzi wa Gakondo, Benimana aho muri hose ndabararikira Kwiyandikisha kuzitabira #Rwandaday izabera Washington DC taliki 2,3 Gashyantare. Muzaze muri benshi Twizihire u Rwanda @RwandaInUSA @RwandaDay
2
20
1
85
6,196
Natives and Music retweeted
2024 is starting on a high note fam. This time, It’s fashion and rhythms. We cordially invite you to come and experience with us a show that launches our very first collection ‘ITURO’ bringing it together with Rwandan, African rhythms and artistic installations.
1
4
8
175
Uyu mwaka tuwuherekeze bitarabaho
Bakunzi b'inganzo yanjye mwese muraho? Dore iryavuzwe riratashye, itariki 24 Ukuboza 2023 ndabamurikira album yanjye nshya "IMBANZAMUMYAMBI" maze dutarame bitinde.
15
Ladies and gentlemen blessings, Imana y’ I Rwanda ihorana namwe Muyango is launching his first album as solo artist #imbanzamumyambi on #24thDec2023 at Camp Kigali
1
40
Dutore @KayaByinshii wacu
[À VOS VOTES !] 🎶 Le pré-jury a sélectionné les 10 finalistes de l’édition 2023 du Prix Découvertes RFI. C'est maintenant à vous de voter jusqu'au 11 décembre inclus pour votre candidat préféré ! 👇 >> musique.rfi.fr/prix-decouver…
19
Natives and Music retweeted
What an honor!!! Y’all I’ve been selected again and this year it surely has to come to Rwanda!!! The big part I need is your support 🗣️♥️ Please !!! Show up for your girl and VOTE Love ✨
[À VOS VOTES !] 🎶 Le pré-jury a sélectionné les 10 finalistes de l’édition 2023 du Prix Découvertes RFI. C'est maintenant à vous de voter jusqu'au 11 décembre inclus pour votre candidat préféré ! 👇 >> musique.rfi.fr/prix-decouver…
3
23
5
78
9,546
African music
Yoruba music and language are incredibly abundant. Enjoy this traditional music from the Yorubas in the Republic of Benin 🇧🇯
21
Natives and Music retweeted
Replying to @natives_music
At least 7 strings should be used. 5 unique tones and two as the octave of the first two strings.
1
1
1
29