😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe) header
😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe) profile picture

🔴Manchester United Die Hard Fan 🔴⚽

Joined August 2020
Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)Photo by 😂Ingo Dutwenge Hamwe🇧🇮 (@UTDJembe)
The problem is you want to find love in Bujumbura... Bujumbura is for business 😂
11
6
5
163
Nk'ubu tuvugana wosanga Hariho umuhungu ahantu apfukamye ariko asoma inda y'umukobwa atari nawe yayimuteye 😂 shaa Abakobwa muragakubitwa n'inkuba 😭😂💔💀
68
Wewe niwinjire mw'ijuru gusa kuko ndabona iyo équipe wafana yakubabaza iminsi yose 😂
1
82
Mvyuts Mugitondo nibaza intebe zo kumutwenzi ico ziriko zirakora iwanje nkabura, Kumbe ejo sintigeze ntaha 😂😂💔💀
1
83
Narikwivugira ko umunsi wanje wagenze bien gusa muhava mwibaza ko bampaye 🙂‍↔️😌
71
Mubisanzwe inkwano niyabakobwa bakiri Vierge, kuko ubiravye nawe ntiwogura ifanta Cank inzoga bamaze kwugurura 😌
83
Uyumwaka maze kuvuga "Nihatari " incuro nyinshi gusumba Izo maze kuvuga "I Love you" 😂🤣💔💀
2
69
Eeeh iyi techno yanje ngomba ndayigurishe rero, ibaze son 🎼 ya screenshot nagize ejo mpejeje kuyumva ubunyene 😂🤣💔💀
68
Eeeh iyi techno yanje ngomba ndayigurishe rero, ibaze son 🎼 ya screenshot nagize ejo mpejeje kuyumva ubunyene 😂🤣💔💀
1
92
Iyi mbeho nayo yibaza ko abantu Bose bavyibushe
1
83
Ayo mahera urindiriye ko baguhemba Aho ukorera, hano hanze Hariho abantu bayafise kandi badafise akazi bakora 😂😂💔💀
1
91
Narikwivugira ko umunsi wanje wagenze neza gusa muhava mwibaza ko nahawe 🙂‍↔️😌
1
91
Umviriza ntitugorane man, wewe genda uragaruka amafyigo yose abiri akwiye... 😂
92
Ayo mahera urindiriye ko baguhemba Aho ukorera, hano hanze Hariho abantu bayafise kandi badafise akazi bakora 😂😂💔💀
1
87
Niho nkiva kumupfumu guys, kand yambwiye ngo ntanumwe yandoze ahubwo n'ubunebwe bwanje gusa 😂😂💔💀
92
" Sawa Niwe yakurondeye, none wewe ntushobora kwanka...?" 😂😂💔💀
98
Mubona nomwikuramwo gute kandi maman wiwe amubuze atéléphona jewe ? 😭🥹💔
73
Niho nkiva kuvugana na chr wawe kand yambwiye ngo ni wewe Wafashe téléphone yiwe uca urambloka 😂😂💔💀
80
uwu mwaka kuvaho watanguriye nta weekend n'imwe iramara 30 minutes💔💀
71
Kumaziko yawe babagenzi bawe ba buja bazoza bambaye amarori ya noir bafise ibicupa vy'amazi ya Aigle hamw na kinju abandi ama gourde indani harimwo inzoga bamaze kwumva bavuze Yuko utigeze ugura itongo wubak iwanyu, bazogushirak umusenyi bavug "kumbe yakunda ikirori ataco afise"
84
#Man: kuberik ushavuye chr? #Girl : maman wawe yanyise Haaland 🥹
3
90