bdusa (burundiusa.com) (@bdusa2) profile picture

Twebwe Abarundi tuba muri Leta zunze Ubumwe za Amerika

Joined May 2019
Umuyobozi wa Diaspora muri USA , Samuel ndayiragije amenyesha ko bariko barisuganya kugira bashireho ubuserukizi muri Leta imwe imwe. Leta zishika 6 nizo zizotora indongozi kw'italiki ya 11/08/2019, mu misi 8 gusa.
1
1
2