Bigirimana Eric (@ericbigiri) profile picture

Comptable chez @bmbcbi

Mairie de Bujumbura
Joined June 2023
Photo by Bigirimana Eric (@ericbigiri)
Bigirimana Eric retweeted
Kuri uyu wa 6 Mukakaro 2024 ku kibuga c'umupira #Kugasaka, hahimbajwe Yubire y'imyaka 75 iheze Diyoseze ya Ngozi ibayeho. Wabaye kandi n'umusi wo kwatira abasaseredoti 15 n'abadiyakori 12. Ivyo birori bikaba vyari bihagarariwe na Musenyeri wa Diyoseze ya #Ngozi Georges Bizimana.
1
5
1
25
3,074
Un terminal d’une capacité de 400 conteneurs aménagé au port de Bujumbura, dans le cadre d’un vaste projet de réhabilitation et de modernisation du port de Bujumbura. #AMPB
3
6
256
Travaux de construction en cours sur la route RN3,tronçon Rumonge -Magara.
4
7
214
Bigirimana Eric retweeted
#Burundi: #ElcyneNijimbere yatanguje umugambi wo gusanga abantu aho bari akabogereza imodoka [#CarWashMobile]
1
6
47
10,052
1. #Métier_ Âgée de 58 ans, Madame Médiatrice Nkurunziza pratique avec succès la maçonnerie. Elle a commencé par être aide-maçonne avant de recevoir une formation accélérée en construction, en feraillage et coffrage chez la société de construction @BmbcBi.
1
4
8
317
Bigirimana Eric retweeted
1
5
42
#Abakenyezimwiterambere:Gutera iripu, ferraillage,coffrage, maçonnerie, ni bimwe mu bikorwa abakenyezi bakora mw'ishirahamwe @BmbcBi bamaze kugiramwo ubushobozi. facebook.com/MweneKajekurya/… @MweneKajekurya @Mutorejeannemi @AlsinIranzi @BmbcBi
5
8
97
Ntubona ko twese turira ngo ibiciro vy'ibifungurwa vyarenze, uragerageza ubwire abo mufise ico musangiye, ku kazi, kw'isengero, cane cane abitwa ngo barize, uti turondere umutahe turime, uzoheza umbwire! Tumenyere kwironderamwo inyishu za bimwe mu biduhanze.
7
2
10
1,011