Joined September 2026
Ndiko ndabaza nanje wangu. Combien auraient elles investi kubera wumvise uko bavuga umenga bariko barahomba knd igishoro cabo gitegerezwa kwunguka.
Replying to @iThinkDepth
Retour sans investissement 😂
6
Hariho abo tutari kuri fuseau horaire imwe Gusa iconzi n'uko ataho apfa akuye eSIM ngaha i Buja.
Replying to @Sir_Umuhirwaa2
Ba mugura ibintu bbijanye nigihugu murimwo.wararenganye 8 urashika kuri 18?
1
53
Monseigneur dufise ubu c'est un conservateur , la célébration eucharistique doit se faire à l'ancienne. Ariko turavye ukuntu aba kiristu ba St Joseph bitanze, irya ngoro y'Uhoraho ni nziza knd nini kuburyo ikwiye sonorisation nziza afin de savourer et jouir le fruit de leur sueur
1
1
94
Even this one eats, sorry I was mistaken.
2
Abo bose bari kumwe kwifoto ngo Barapfuye bose bagiye banigwa bagapfa, Hasigaye we gusa, bitewe no gushyira Hanze amafoto ndetse n'imico ye yahashize. Yarazwi cyane kw' Izina rya Pilato 🤔 @dr_dash250 @albcontact @FelixMugenzi @Patriote257 ayo makuru muyakoze ico mushaka.
9
Abantu bari muri protocole ya @GeneralNeva mwese you deserve to be fired. How this could pass or happen under your eyes and keep doing nothing? Others guests were merely pretending ariko #Neva mwamuretse arafungura aranywa nyene. @CnddFdd @KwaNtare @Edbiziman this is too much.
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Protocole yemereye umukuru w'igihugu gufungura uku...??? Ndacafise ibintu vyinshi vyo kwiga!
5
Niko nimereye wangu. Ukuri ndakuvuga knd kumpande zose
10
HE @GeneralNeva have to know that not everything we should eat or drink. Among delegation attending the summit, he's the only leader who takes the whole plate and cup while the others were merely pretending. @KwaNtare @Patriote257 @nancymutoni @nellynadia3 @Edbiziman
8
Jewe ntanumwe nkorera ndikoresha ariko ukuri ndakuvuga uko ndakubonye ntaciye iruhande, nibwo bushingantahe nibwo bugabo.
Replying to @iThinkDepth
Ntawukorera abami babiri.
1
9
My dear, don't bring something with cleverness in @mkainerugaba 's mind. I think that guy is suffering from mental disorder seeing how he behaves on these roads. Some of his twitters give even goosebumps for Uganda people. That country is heading nowhere under his leadership.
Replying to @mkainerugaba
"We found spanners and nuts at the mechanic's home" "We found beans seeds at a farmer's home" What did you really expect to find at an army General's home? Maize in sacks? Spanners? Spades?
5
Moi je suis imprévisible simenyerwa bimenye.
Biragoy kumenya ahuhagaze harigihe uvuga ibitonze harigihe kagucomoka birayobeye ivyawe
1
14
😂😂😂😂😂😂😂😂 kabisa
🤣🤣🤣🤣🤣bahere kwa nyumbakumi
5
Haracariho abagabo bagifise Ubuntu mugabo atari indaya. Ariko avec cette generation AI , mbona bizoba ari ikibazo gikomeye.
Burya abagore barazi kwikwegera. Mbonye umu bonne asumvya ubwiza mabuja wiwe , none la boss aguma mu ma mission kuri terrain ruguru. Vu uko nyenurugo ameze, ndi sûr ko uwu mubonne amukora kuri yezakuzwe.
17
Ahubwo vyiza bazokwugare kuko mbona bamwe mubashuhiye.
Dusabire ababanyi ni bashika hafi y'imipaha bazodufashe agatoro ka megendu kagume kinjira mu #Burundi. Turabigusavye mukama. Mukama twumvireeee, Kristu dukundireeee!
17
Ibintu muri 20ans vyananiwe na @CnddFdd reka ishengero rivyikorere. na Stade Intwari naho idaasakaye yubatswe n'abenegihugu leta ya @GeneralNeva vyarayinaniye gukora ikintu nakimwe qui saute aux yeux au premier vu.
🚨🚨 Ishengero #Life_Center ryatanguje ibikorwa vyo kwubaka inzu y'ibiteramo ishobora kwakira abarenga 5000 i #Bujumbura .... ======================= Uyu n’umugambi watangujwe kumugaragaro k’umusi w’ejo , mugihe iri shengero ryariko rihimbaza imyaka 21 rimaze rivutse . ⌛️ Nkukwo vyavuzwe n’umwungere wiryo shengero ( Pst.Kagisye Marc Message ) iyi azoba ar’inyubakwa y’ishengero ariko kandi ikazoberamwo ibiteramo bitandukanye ikazofasha abakirisu bo muri life center, ndetse n’abategura ibiteramo rukristo, ikibano hamwe n'igisagara ca Bujumbura muri rusangi. ✅️ Haruhande y'ukwakira abantu barenga 5000, izoba irimwo kandi inzu yo mu kuzimu (#cave) izofasha muvya #Parking y’imiduga , ikazoba ishobora kubika iyirenga amajana atatu. ✍️Ikindi canezereze nuko uwo mugambi niwarangira uburyo buzotozwa(ex:uwukose salle akariha 50.000.000fbu azoja Gufasha ibikorwa vy'ishengero, abazoraza imiduga bazoriha kandi azoja mukigega c'ishengero) Amashengero aterera mw’iterambere ry’ Igihugu niyo twipfuza
6
Nous aimerions posé cette question au cardinal #Ambongo @TataCardinal. En fait , par rapport au dialogue dont il est question : En haut de vos expériences , pourquoi Dieu créateur n'a t- il jamais organisé depuis le commencement un dialogue entre lui & le diable? @Cenco_officiel
6
Sinibazako nibaza ko nibaza abo u uga ko uzongera kujabuka kavimvira nyimba uhora ufata karya kayira.
Replying to @iThinkDepth
Jewe sinankana. Abahari twari dusanzwe dusangira. Nabashitsi sasa baje ni wararaye.
10
Ko umenga urabashaka cane? Abahari hari ikibazo mufitaniye? Igihe baheruka kuza ngaho, nabonye benshi banwa za Amstel comme s'ils fêtaient une victoire après un combat farouche ariko nararavye ico bahungukiye jewe ntaco nigeze mbona. Please mureke kuba intambirakiza.
Uvira...puis Kavimvira! Umusumwe tuzovyuka dufise ababanyi bashasha.
1
39
Irambire nawe nawe
Replying to @iThinkDepth
Ko ubivuze uko jewe ndi nde ngo ndaguharirize. Ramba
9
Cautionner les stratégies de #Munoho, ne te différencie pas de lui. Par le passé, Il se cachait derière sa putain robe de societé civile, maintenant,il est à decouvert arwanira inda gusa. Imagine qlq'1 qui avait le ticket et visa en proche en 2015 ariko agashora abana kurisongoye
Peux tu prouver mon incohérence? Le mal que vos bandits du CNDD-FDD infligent aux burundais ne concerne pas seulement les tutsis. Jouer la carte des tutsis est une imposture qu’on trouve chez des illuminés PhD à la solde des DD qui pullulent sur X pour décourager toute initiative de révolte. Je ne joue pas à ce jeux!
16