UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga) profile picture

Ntakidahinduka

Joined April 2023
Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)Photo by UMUHINGA ASORONGORA (@umuhinga)
Mwibutse abanyarwanda iyo bahaya ivyabo ,n'ibi babe babishiramwo kuko kubwabo niri n'iterambere. Banse kubivuga tuzobibavugira
2
1
8
788
UMUHINGA ASORONGORA retweeted
RUSASUMA, RUSASUMA, RUSASUMA Y'ABANYAMAHANGA BOSE BABA MU BURUNDI//RECENSEMENT, RECENSEMENT, RECENSEMENT DE TOUS LES ETRANGERS RESIDANT AU BURUNDI !
10
27
3
81
13,541
Le programme ZERO DECHET a déjà démarré. Nous avons besoin d'une ville propre . Vive le #BURUNDI 🇧🇮 notre mère patrie 🥰
40
12
2
77
11,733
UMUHINGA ASORONGORA retweeted
Mwiriwe cane @OBR_BI nkuko tubisoma muri zino ngingo kugira duheshe agateka,umuziki wacu muzobishire mungiro kino giteramo the Ben yahawe 40millions rwandais ni 120mill Bif bisigura yuko 18millions Bif niryo kori boriha nukuri ni menshi rondera benekumuzana barihe ikori @yigenga
30
9
9
74
23,271
#Burundi,vu la photo postée à ce tweet, son contenu n'est qu'une invention montée de toute pièce pour des fins inavoués,Son Excellence Monsieur le Premier Ministre, Lt-Gén Pol #Ndirakobuca_Gervais n'a jamais annoncé cette mesure. Ne donnez aucune valeur à ce tweet!
20
42
3
160
24,082
UMUHINGA ASORONGORA retweeted
🙏🏾 COMMUNIQUÉ DE PRESSE: l’Association des Éditeurs du @MagazineJimbere réaffirme son ferme engagement à continuer à œuvrer aux objectifs qui fondent sa mission, et à entretenir des relations de transparence et de confiance avec ses lecteurs, les pouvoirs publics et les partenaires #Burundi #Youth #Women
19
41
9
112
58,520
UMUHINGA ASORONGORA retweeted
2/2 Son Excellence @GeneralNeva iyo gwati (caution) procureur wa Mukaza ntiyemeye ko yoshirwa kuri compte ya Leta iri muri #BRB ahubwo yategetse ko chèque yandikwa kumazina yiwe Etienne, amafaranga yatorewe muri DTB banque amusobanurira ko kubera yari vendredi vyoteba kumurekura vyiza yoyamwandikako! ubu reçu ifiswe numu Avocat wa Olivier yitwa wensslas Bandyatuyaga ,uyu nawe kuva hiyo rwati ibonekeye yaciye ahindukira bakorana nabo ba procureur 2 nababwiye hejuru ,ngaha musi murabona ko procureur Etienne yemera ko iyo rwati (caution) yayatoye! akanamubwira ko atariwe amufunze! Nivyo harimwo amakosa mugutanga iyo soko ariko mwobikwirikirana amafaranga agasubizwa,abo bagomba kutugurira iyo kawa bigaca mumurongo mwiza ntitubahombe. Muhezagirwe,mugire akazi keza
27
22
3
117
28,633
UMUHINGA ASORONGORA retweeted
1/2 Ndagize Bwakeye S.E @GeneralNeva ,hari umurundi yitwa Ndayishimiye Olivier,yazanye abarwizatunga ngaha iwacu,bogura #ikawa,haba uwundi murundi yitwa Niyonzima Jean Marie Vianney ati jewe nimumpe amafaranga iyo kawa ndayirondere! baciye bamuha imillaridi 4(nkuko biri mumasezeraniro bagiraniye ngaho musi) Muti vyabandanije gute? izo milliardi amaze kuzihabwa haciye hirwa umugambi wokumwagiriza escroquerie uyo olivier,ubu amaze amezi arenga 10 afungiwe mwibohero rya Mpimba ! Procureur wa Mukaza Etienne NINGABA na Procureur wa Cour d'appel Mukaza NSEGIYUMVA Aristide basavye olivier ko yoreka bagabura na Jean Marie akamuriha 2 Millards muri 4 milliards (nkuko biri mubiganiro bagiriraniye kuri telephone munyandiko msg nabahaye musi) Olivier yaravyanse kuko amafaranga atarayiwe ! Olivier amaze kubona ko bikomeye niho yariha irwati kugira aburane yidegemvya(muri msg musi procureur nawe aravyemeza) irwati yangana na 110.000.000 Fbu. Ivyiyirwati ndaje ndabigarukeko kurupapuro rugira kabiri!
60
45
29
200
109,114
Kuri uno musi uri hejuru numva nobashimira ku ntege mwanteye, mukanshigikira, mukantora, no mu kunsengera ndabashimiye kurukundo mudahengeshanya kunyereka. IMANA ibahezagire cane. Turabandanya mugice canyuma n'ishaka ridasanzwe, gushika dushitse kwihangiro ryacu.
18
13
1
82
3,221
RT @Circonscripti18: ⚡ #France 🇨🇵 #Ukraine 🪖 #Japon ⛩️Après avoir profité de l'avion présidentiel français affrété par Macron pour les #Emi…
3
2