Pinned Tweet
Kuva uburundi bwabaho, ni iryambere dutwawe n'umu Président w'igito, imbunuza, irresponsable, incompétant, igisuma, inkozi y'ikibi, imborerwa, umuyayasi, umuhimbiri nka @GeneralNeva.
Il fait déshoneur à la nation.
Abarundi dusigaye dusuzuguritse kubera uyu mushenzi!
Col Alfred Nkurunziza yahoze ari ministre wa Défence y'u Burundi yashengeye. Turahojeje umuryango, incuti n'abagenzi. Imana imwakire mu bwami bwayo.
Uyu mugabo Ndakugarika, uko tumuzi ni umu adventiste, umwicanyi karuhariwe, uwo cavunye, umusuma yogeje igihugu, ...
Ariko, mu ki DD, niwe muntu wenyenene avuga ijambo rigaca rija mungiro ubwonnyene, ryaba ryiza canke ribi.
Irya Rumonge ntiririko rirahita ryagize ikibazo. Risanzwe ari ibinogo gusa none birunyutse. Ivyo kurikora vyo kuri iyi ntwaro ya @CnddFdd tuzobirindira milele na milele.
Umuntu yahembuye @GeneralNeva yakoze, hari hasigaye inzoka imwe ngo ahwere!😺😺😺
🔴 𝗧𝗿𝗮𝗱𝗶𝘁𝗶𝗼𝗻 𝗱𝗲 𝗽𝗮𝗶𝗻 𝗿𝘂𝘀𝘀𝗲
En Russie, les invités de marque, y compris les dirigeants étrangers, peuvent être accueillis avec du pain et du sel, selon une ancienne tradition d’hospitalité.
Le geste habituel consiste à détacher un petit morceau de pain, le tremper dans le sel et le manger. Accepter cette offrande marque le respect de l’accueil et l’amitié envers les hôtes.
Le fait que le président burundais, Evariste Ndayishimiye, en mange à son arrivée n’a donc rien d’inconvenant : il participe à une cérémonie de bienvenue. Ce geste, à lui seul, ne constitue ni une humiliation ni une faute de protocole.
Doctorat en Imbecilité déscerné à un faible d'esprit, dément,médiocre @GeneralNeva. Sa carrière Présidentielle n'a été que détourner les fonds publics,guswahila,des discours vide de sense,manger l'angrais chimique...Aha ejo bazogagarika ubuzi bw'igihugu ngo bagiye kumusanganira!
Akandi gasema!
Ibimenyetso vy'ibihe!
Dr Neva????
Uwuramvye azona!
En science d'imbecilité et médiocrité!
Abenegihugu bashegeshwe!
None abo si aba CnddFdd bagize imyigaragamvyo? Yamara rindira gato, ba bahimbiri b'abanobezi ba DD baja kuvuga ko ari Kagame na Pacifique babatumye. Burya manifestation zirashobora gukura ubu butegetsi, hakenewe gusa umuntu aja imbere yizewe.
Abadandariza mu masoko ya Bujumbura muragabe, amakuru turiko turonka ava mw'perereza n'uko ubutegetsi bwa Cndd-fdd bugira buturire ayandi masoko! Abadandaza, kumbura muhungishe ibishoboka!
Mutware mw'isoko bikebike.
Ubutegetsi bwa @GeneralNeva buriko burafungura umwavu wa Fomi,ariko abenegihugu barababaye.
.begeranije amahera yabo babima umwavu
.bavuze ngo babasubize amahera yabo,nta n'icasha kiratangwa
.abiyandikishije vuba, babazaniye ibiro bidakwiye
.ubu hagiye gukorwa ama listes adahera
Turabarahiye ibi ni uruhendo rwa @GeneralNeva, n'ubujanja ngo yerekane ko agira agwanye ibiturire, afate ibisuma! Ntagisuma gifata ikindi n'areke kwibesha. Abo bafashwe, bazomara mu gasho umwanya urume rumara. Na Bunyoni baramurekuye! Kubera amatora yimirije, ashaka ururirimbo.
#𝗨𝗽𝗱𝗮𝘁𝗲𝘀, 𝗹𝗲 𝟮𝟰/𝟭𝟬/𝟮𝟬𝟮𝟲
𝗨𝘄𝘂𝗿𝗼𝗻𝗴𝗼𝘆𝗲 𝗣𝗦𝗥 𝘆𝗮𝗿𝗮𝘆𝗲 𝗶𝗷𝗼𝗿𝗼 𝗿𝘆𝗮 𝗺𝗯𝗲𝗿𝗲 𝗺𝘂 𝗴𝗮𝘀𝗵𝗼 𝗸'𝗶𝗽𝗲𝗿𝗲𝗿𝗲𝘇𝗮.
Icegera c'uwurongoye PSR yarashoboye kumvirizwa arataha, ariko S4 wewe yarirutse arasiga abapolisi. Kuber'iki yirutse ?
Tubanze tumenyeshe ko ihagarikwa rya Colonel de police CITEGETSE Etienne ritoroshe kuko yari yanse kwitaba, hakoreshejwe ubundi buhinga bw'inguvu.
Ejo hahise twarashikirije amakuru ajanye n'ihagarikwa rya Colonel de police CITEGETSE Etienne aramutswa ikambi ya PSR, co kimwe n'abandi bakorana, basanzwe bamwegereye, bafatwa nk'abamufasha kwegeranye amafranga y'ibiturire,ari bo bita aba commissionnaires.
Gushika isaha zine z'ijoro abo bose bariko barumvirizwa.
Amakuru twahavuye dutohoza yemeza ko Colonel de police CITEGETSE Etienne n'abo bafatanwe bitakunze ko barekurwa. Bose baraye ijoro rya mbere mu gasho k'iperereza., ari naho bari gushika ubu.
Abo bose bagirizwa ibiturire bivugwa aho muri PSR kubijanye n'itangwa rya permis de conduire harimwo amafranga menshi n'ama permis de conduire menshi vyafatanwe abo begereye Colonel de police CITEGETSE Etienne.
🔶 Tugaruke kw'ifatwa ryabo
Mu mwanya wa mbere, ejo hahise, 23/10/2026, uwurongoye PSR, Colonel de police CITEGETSE Etienne be n'icegera ciwe, Colonel de police KABURA Jean Marie, baratumweko mu bugenduzi bukuru bw'igipolosi. Aho hari inyuma y'aho abitwa aba commissionnaires bafatiwe.
Ico cegera ciwe, KABURA, yaritavye baca baramutwara mw'iperereza kumvirizwa, ariko yahavuye ataha. Bararindiye ko CITEGETSE yitaba barabura, baca bikekeka ko ahava atitaba ubona ko hari ku musi wa nyuma usozera indwi (week-end ). Aho baciye bagenda kumufata.
Mubugenduzi bukuru bw'igipolosi barungitse Colonel de police Arthemon NZITABAKUZE asanzwe arongoye iperereza ry'igipolisi, Chef du renseignement de la Police Nationale, na Colonel de police Eliphaz NIYONGABO asanzwe ari umwe mubakozi b'iperereza ry'igipolisi. Abo bagiye n'imodoka zibiri pick up zuzuye abapolisi.
Colonel de police CITEGETSE Etienne ari mudoka yiwe pick up, ageze hafi y'icicaro gikuru c'ibanki ECOBANK, hagati mu gisagara ca Bujumbura, ni ho Arthemon na Eliphaz baca bamutambika imbere imodoka zabo. Amakuru dufise n'uko bari bagumye bamumurikirana.
Aho rero Colonel de police CITEGETSE Etienne yaciye yururuka, aba AT biwe bose baca barururuka, bafoye inkoho nk'abashaka kurasa, ariko umukuru wabo, CITEGETSE, arababuza gukara. Baravuganye gato n'abo bari bamuhagaritse (arthemon na Eliphaz).
CITEGETSE yarihagezeko ababwira ko wenyene yijana. Yaciye asubira muri pick up yiwe aragenda na bamwe bamufata gushika ku cicaro gikuru c'iperereza.
🔶 S4 yarirutse arasiga abapolisi
Abapolisi baragiye gushika kuri PSR mu vyo bita amatohoza. Basanze S4, Colonel de police NTIBANKUNZE Donatien, atari mu biro iwe.( S4 aba ajejwe abapolisi mw'ikambi n'ubuzima bwabo). Bamushikiye, bamusavye ko yobatwara mu biro iwe. Nawe yaciye abahenda, abatwara mu biro N°21 bisanzwe ari ivya Decorps w'ikambi PSR. Uwo nawe si ho yari, yari yagiye ku kazi ko hanze y'ikambi, ivyo bita kuri terrain.
Aha tumenyeshe ko mu mategeko, S4 yari kubatwara mu biro vyiwe N°10 kuko ni ho asanzwe akorera.
Amaze kubashikana rero hamwe muri N°21, yaciye abahenda ko agiye kubazanira impfunguzo zo mu bubati kugira barabe ivyo bashaka vyose. Aho yari ahejeje kubacika kuko yaciye ava ngaho, aca inyuma ya Cantine, aca ariruka, n'imodoka yiwe ayita aho muri PSR. Gushika ubu ntawuzi iyo ari.
None koko ibi bizohagarika akajagari kavugwa mur'ico gisata kamaze igihe kinini gushika aho umunyagihugu abura ivyo arekuriwe n'amategeko ? Biragoye kwemeza, ahubwo benshi babona ko ari umukino wa politike umukuru w'igihugu, Evariste NDAYISHIMIYE, yashatse kujamwo kugira yerekane ko yahagurukiye ibitagenda neza mu gihugu kugira asamaze abarundi mubijanye n'amatora.
Ni inkuru tubandanya gukurikiranira hafi
Organisation King Umurundi Freedom
Buyoya bamubwiye ibiganiro, yabanje kurahira araregwa ko adashobora kuganira n'ibinywamaraso tribalo-génocidaire. Yagiye kuvyemera abanntu bahonye. None rero @CnddFdd icobabera ciza n'ukwemera ibiganiro ibintu bitarayangara. Ivyo mwiremesha ngo nta ntambara izosubira muribesha.
Strategies y'intwaro y'imburakimazi ya CNDD-FDD:
-imbere ni heza
- turiko turakora ama listes adahera
- turiko turakora recencement
- mu ndwi zibiri tuzoba twabafashe - n'ubu ntizirahera
- abahinga bariko barakora ivyirwa - bidahera
- abarwizatunga n'aba diaspora bazobikora
Aha iri niryo jambo @GeneralNeva yari yahamagariye abenegihugu kwumviriza. Abantu bakava mu mihingo yose y'igihugu baje kwumviriza amanyembwa nk'aya!
Uyu mugabo iminsi yose ni indya gusa, ntakindi afise avuga. N'ubu inzara ntiramuheramwo!
U Burundi bwaraguye mw'isanganya
Twama twakebuye abo twita abanobezi ba @CnddFdd ko bokwitonda bakadutuka, ng'uyu @nellynadia3 nawe ariko araboroga! Ku ntwaro mbi nk'iyi nta n'umwe adashobora kugirirwa nabi, gufungwa kwicwa. Nelly uvuga menshi, ntawe udatuka...wewe ntusumba Hafsa, Adolphe na Peter. Aho bokumesa!
unavailable
Burya rero n'ubwo ubutegetsi bwa @CnddFdd na @GeneralNeva na Njerina bigira ibikoko, ubu ni ubutumwa bukomeye mugihe abasoda bariko baranka kuja kurwana muri DRC. Mbe bavyanse, imbonerakure zidahembwa, zitagira Matricule, zitagira icepfo ca ruguru, nizo zizokwemera kuja gupfa?
Burundi : 21 militaires transférés vers une destination inconnue après avoir refusé de rejoindre le front en RDC sosmediasburundi.org/2026/10… via @SOS Médias Burundi
Ubu bwicanyi buraganisha u Rwanda ahantu habi. @PaulKagame turamukundira amajambere ariko iki kintu co kwica abantu kubera batabona kumwe ivya politike, si ingendo nziza, kandi nawe ibi bishobora kumuhitana. Amaraso ni mabi arahuma! Abo barwanaye arica, uwuvuze, arica, si vyiza!
Abakurambere tugendeza, twitegereje ivy'iki gisokozo, ni agasema ku butegetsi no ku muryango wa @GeneralNeva na Njerina. Ico caraye gikuje abakozi ba Aéroport, Njerina mbere ngo yanategetse ko bicwa, ariko nawe ntikigenda kitamuhitanye!!!




















